Luka 17:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 bārarya, bāranywa, bārarongora, bārashingira, bageza kuri wa musi Nowa yinjiye muri bga bgato, umwuzure ukaza ukabahonnya bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Bararya, baranywa, bararongora, bagashingiza, gushika umusi Nowa yinjiye mu bwato, maze umwuzure ukaza ukabatikiza bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |