Luka 17:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Kuko nk’uk’ umuravyo urabiriza mu ruhande rumwe rw’ijuru, ukarabagiranira mu rundi, uko ni k’Umwana w’umuntu azoba ku musi wiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Kuko nk’uko umuravyo uravya ukaboneshereza ijuru ryose, ni ko bizomera Umwana w’Umuntu niyaza ku musi wiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |