Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 17:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Abgira abigishwa biwe, ati Hazoza imisi muzokwifurizamwo kubona umusi umwe musa w’Umwana w’umuntu, ntimuzowubona.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Aca abwira abigishwa biwe ati: “Hazogera igihe mwipfuza kubona n’umusi umwe mu misi y’Umwana w’Umuntu, ariko ntimuzowubona.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 17:22
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu arababaza, at’ Abātowe bobabara bate bakiri kumwe n’umukwe? Har’ imisi izoza umukwe akūrwe muri bo, ni ho bazokwisonzesha.


Har’ imisi izoza, umukwe akūrwe muri bo, bazoca bisonzesha uwo musi.


Rāba, inzu yanyu muyitānywe ar’ umusaka. Kandi ndababgire, Ntimukimbona kugeza aho muzovugira, muti Hashemezwe ūje mw izina ry’Uhoraho.


Ariko har’ imisi izoza; kand’ umukwe ni yabakūrwamwo, bazoca bisonzesha mur’ iyo misi.


Yesu arababgira, ati Hasigaye igihe gito umuco ukiri muri mwebge: ni mugende mugifise umuco, umwiza woye kubīriranirako. Ūgenda mu mwiza ntamenya iy’ aja.


Bana bato, ndacari kumwe namwe akanya gato. Muzondondera, ariko, nk’uko nabgiye Abayuda, nt’ Aho nja ntimushobora gushikayo, ni ko none ndababgira namwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ