Luka 17:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 kandi ntibazovuga, bat’ Ehe ngubu: canke bati Nguburiya; kuk’ ubgami bg’Imana buri muri mwebge. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe21 kandi nta wuzovuga ngo: ‘Ehe buri hano’ canke ngo: ‘Ehe buri hariya.’ Kuko Ubwami bw’Imana buri hagati muri mwebwe.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |