Luka 17:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Abafarisayo bamubajije igihe ubgami bg’Imana buzozira, arabishura, at’ Ubgami bg’Imana ntibuzoza bgerekanwa, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Umusi umwe Abafarisayo babajije Yesu aho Ubwami bw’Imana buzozira, na we arabishura ati: “Ubwami bw’Imana ntibuza mu buryo bubonwa n’amaso, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |