Luka 17:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Ivyoba vyiza n’uko yohambīrirwa urusyo ruremereye kw izosi, agatererwa mu kiyaga, hakw atsitaza n’umwe mur’ aba bato. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Ikimukwiye ni uko yoboherwa ibuye rinini kw’izosi, agatererwa mu kiyaga, hako atuma hagira n’umwe muri aba bato acumura. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |