19 Kand’ aramubarira, ati Va hasi, ugende; ukwizera kwawe kuragukijije.
19 Aca aramubwira ati: “Haguruka wigire, ukwizera kwawe kwagukijije.”
Buno Yesu arakebuka aramubona, aramubgira, ati Hūmura, mwana wanje, ukwizera kwawe kuragukijije. Nya mugore akira uwo mwanya.
Yesu arayibgira, ati Genda, ukwizera kwawe kuragukijije. Aca arahumūka, amukurikira ku nzira.
Yesu aramubgira, ati Mwana wanje, ukwizera kwawe kuragukijije, genda amahoro, ukire rwose icago cawe.
Yesu arayibgira, ati Humūka, ukwizera kwawe kuragukijije.
Abgira wa mugore, at’ Ukwizera kwawe kuragukijije, genda amahoro.
Aramubgira, ati Mwana wanje, ukwizera kwawe kuragukijije, genda amahoro.