Luka 17:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Kand’ abgira abigishwa biwe, at’ Ibitsitaza abantu ntibizobura kuza, arik’ ūbizana azobona ibara. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Umusi umwe Yesu yabwiye abigishwa biwe ati: “Ibituma abantu bacumura ntibizoreka kuza, ariko aragowe umuntu abizana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |