Luka 16:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Nuko shebuja ashima uwo mubgiriza agabitanya, kuko yakoze ivy’ ubgenge: kukw abana b’iki gihe bagira ubgenge mu vy’ubu bugingo kurusha abana b’umuco. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Maze shebuja ashima amayeri uwo munyabigega asesagura yakoresheje. Ni ko n’abana b’iyi si bazi ubwenge bwo kwitunganiriza ivy’ubuzima kurusha abana b’umuco. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |