Luka 16:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Kand’ abaza uwundi, ati Harya weho umufitiye ibingana iki? Aramwishura, at’ Ingero ijana z’ingano. Aramubarira, at’ Abīra icete cawe, wandike mirongumunani. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Abaza uwa kabiri na we ati: ‘Databuja umuheraniye ibingana gute?’ Na we yishura ati: ‘Imifuko ijana y’ingano.’ Aca amubwira ati: ‘Akira urupapuro wandike mirongo umunani.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |