Luka 16:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Ahamagara abāri n’imyenda ya shebuja bose umwe‐umwe, abaza uwa mbere, ati Harya databuja umufitiye ibingana iki? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Maze ahamagara abo yahaye amadeni bose. Uwa mbere amubaza ati: ‘Databuja umuheraniye ibingana gute?’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |