Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 16:31 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Aramubgira, ati Ni batumvira Mose n’abāvugishwa n’Imana, ntibokwemera nah’ umuntu yozuka mu bāpfuye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Ariko Aburahamu aramwishura ati: ‘Batumviye Mose n’abavugishwa n’Imana, nta wundi bokwumvira, n’aho yoba azutse mu bapfuye.’ ”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 16:31
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Imana yāgurire Yafeti, Abe mu mahema ya Shemu; Kanani we n’abe umuja wiwe.


Na we at’ Oyaye, Aburahamu muvyeyi, ariko ni hājayo ūvuye mu bāpfuye, bazokwihana.


Kand’ abgira abigishwa biwe, at’ Ibitsitaza abantu ntibizobura kuza, arik’ ūbizana azobona ibara.


Ariko ni mutizera ivy’ uwo yanditse, amajambo yanje muzoyizera mute?


Yinjira mw isinagogi, amara amezi atatu avuga ashize amanga: akīranira ivy’ ubgami bg’Imana abibemeza.


Agiripa yishura Paulo, at’ Unkwegesha ivyo bike ng’ umpindure Umukristo?


Basezerana na we umusi, baza iy’ ari ari benshi, mu nzu bamuhaye, arabibasobanurira, ashingira intahe ivy’ ubgami bg’Imana, abemeza ivya Yesu, abikuye mu vyagezwe vya Mose no mu vy’ abāvugishwa n’Imana, ahēra mu gitondo ashitsa ku mugoroba.


Ariko namb’ ubutumwa bgiza twahawe butwikirwa, butwikirirwa abahona,


Nuko kuko tuzi ingen’ ugutinya Umwami wacu kumeze, twemeza abantu, arikw Imana turayigaragarira: kandi rero nizigiye yuko tugaragarira n’imitima yanyu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ