Luka 16:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Uwo mubgiriza aribaza, ati Mbe ngira nte, ko databuja agira ansohore mu bubgiriza bganje? Sinshobora kurima, binteye isoni ko nosēgerereza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Wa munyabigega aca aribaza ati: ‘Mbega ndabigenza gute ko databuja agira ankure mu kazi? Nta nkomezi mfise zo kurima, kandi gusega vyontera isoni. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |