Luka 16:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Aramuhamagaza, aramubaza, at’ Ivyo nkwumvako n’ibiki? Harūra igitigiri c’ivyo wabīkijwe, kuk’ utagikwiye kuba umubgiriza wanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Umusi umwe aramuhamagara, amubaza ati: ‘Ivyo ndakwumvako ni ibiki? Harura ivyo nakujeje ubinsubize, kuko ntukibereye kuzezwa ubutunzi bwanje.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |