Luka 16:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Umuntu wese yirukana umugore wiwe, akābīra uwundi, aba asambanye; kandi n’uwābīra umugore yahukanye n’umugabo wiwe aba asambanye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Umugabo yirukanye umugore wiwe hanyuma akarongora uwundi mugore aba asambanye, kandi umugabo arongoye umugore yahukanye aba asambanye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |