Luka 16:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Namba mutabaye abizigirwa kw itunga ribi mubīkijwe, ni nde azobabītsa itunga nyaryo? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe11 None mutabaye abizigirwa mu vy’ubutunzi bwa hano kw’isi, ni nde yobazeza ivy’ubutunzi nyakuri? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |