Luka 16:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Ūkora ivyo yizigiweko ku coroshe cane, agira artyo no ku gikomeye: ūgabitanya ku coroshe cane, agabitanya no ku gikomeye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Uwubaye umwizigirwa muri bike azozezwa vyinshi, kandi uwuzotakaza ubwizigirwa muri bike azobutakaza no kuri vyinshi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |