Luka 16:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Maz’ abgira abigishwa biwe, ati Hābaye umuntu w’umutunzi yar’ afise umubgiriza wiwe, bamumuregako ko yaya ibintu vyiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Inyuma y’aho Yesu abwira abigishwa biwe ati: “Habaye umutunzi yari afise umunyabigega asesagura. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Dawidi akoranya abaganwa bose b’Abisirayeli, abaganwa b’imiryango, n’abagabisha b’ingabo zigenda zikūranwa gusasa i bgami, n’abagaba ibihumbi n’abagaba amajana, n’abakuru bāri bajejwe itunga n’amasho vyiwe n’abana biwe, n’abantu b’inkone, n’abahizi, mbere n’abantu bose b’intōre; abakoraniriza i Yerusalemu.