Luka 15:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Iy’ aribonye, ahamagara incuti ziwe n’ababanyi biwe, akababgira, ati Tunezeranwe, kuko mbonye ihera nari nājimije. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Kandi agitoye yohamagara ababanyi n’abagenzi bose, akababwira ati: ‘Nimuze tunezeranwe kuko natoye igiceri canje c’ifeza cari catakaye.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |