Luka 15:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 yashika mu rugo, agahamagara incuti ziwe n’ababanyi biwe, akababgira, ati Tunezeranwe, kuko mbonye intama yanje yari yāzimiye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ashitse i muhira, yoca ahamagara ababanyi n’abagenzi akababwira ati: ‘Nimuze tunezeranwe kuko natoye intama yanje yari yazimiye.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |