Luka 15:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 ati Hogira umuntu muri mwebge afise intama ijana, yozimiza imwe muri zo, ntiyosiga izindi mirongwicenda n’icenda mu gahinga, akaja kurondera iyazimiye, kugeza ah’ ayibonera? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe4 “Hamwe muri mwebwe hoba hari uwufise intama ijana hanyuma imwe muri zo ikazimira, ntiyosiga izo mirongo icenda n’icenda mu gahinga, akaja kurondera iyo yazimiye gushika ayitoye? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |