Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 15:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Arik’ umwana wiwe w’imfura yari mu ndimiro; arikw araza, agira ashike ku nzu, yumva inanga n’imihamirizo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Igihe ivyo vyaba, umuhungu mukuru yari mu murima. Ariko arataha, yegereye i muhira, yumva abacuraranga n’abatamba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 15:25
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Muyishimishe agashako k’ ingoma n’imvyino, Muyishimishe ibifise imirya n’imyironge;


Basa n’abana bicaye mu kaguriro bahamagarana, bati Twavugije imyironge, ntimwahamiriza; twakomye induru, ntimwarira.


Nzosubira kukwubaka, nawe uzoba wubakitse, ewe nkumi, ni yo Bgisirayeli: uzosubira gushazisha udushako twawe tw’ingoma, usohoke uvyinane n’abanezerewe.


igihe co kurira n’igihe co gutwenga; igihe co kuboroga n’igihe co kuvyina;


Bashimire izina ryiwe mu mvyino: Bamuririmbire ishimwe batamba agashako k’ingoma, bavugira inanga.


Hamwe Uhoraho yagarukana ab’i Siyoni bāri bārambukanywe ar’ inyagano Twāri tumeze nk’abarota.


Maze Dawidi yiyerekera imbere y’Uhoraho yiginagura; kandi yar’ akenyeye efodi yera derere.


Kandi Miriyamu yavugishwa n’Imana, mushiki wa Aroni, ahitana agashāko k’ingoma; abagore bose barasohoka, baramukurikira bari n’udushāko tw’ingoma, bagenda baravyina;


Intimba yanje uyihinduye imvyino, Unkenyuruye amagunira yanje, unkenyeza umunezero,


kuk’ uyu mwana wanje yari yarapfuye, non’ arazutse; yari yarahavye, non’ arahabutse. Nuko batangura kunezerwa.


Ahamagara umwe mu bashumba, amubaza ibibaye ivy’ ari vyo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ