Luka 15:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 kuk’ uyu mwana wanje yari yarapfuye, non’ arazutse; yari yarahavye, non’ arahabutse. Nuko batangura kunezerwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe24 kuko umwana wanje yari yarapfuye none arazutse, yari yarazimiye none arazimurutse.’ Nuko baca batangura kugira umusi mukuru. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |