Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 15:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 muzane ya shūri inuze, muyibāge, turye tunezerwe:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Hanyuma muzane n’impfizi ivyibushe muyibage, turye, tunezerwe,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 15:23
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Aburahamu arabandanya, aja mu busho, ahinda ishuri y’igitegetera nziza, ayiha umusuku wiwe, aca ayibāga n’ingoga.


Umutima wanje uzohāzwa nk’ūriye umusokōro n’ibinure: Akanwa kanje kazogushimisha iminwa inezerewe,


Ingaburo y’imboga irimw’ urukundo Iruta inyama z’inka inuze zirimw’ urwanko.


Yabāze ingumba ziwe; yaturiranije vino yiwe; Yateguye ameza yiwe.


Kandi kur’ uyu musozi Uhoraho Nyen’ ingabo azohategurira amahanga yose amazimano y’inyama zinuze, amazimano ya vino y’umukāka, inyama zinuze zuzuye imisokōro, na vino y’umukāka imiminnye neza.


Maze se abarira abashumba biwe, ati Ni muzane n’ingoga imvune iruta izindi, muyimwambike, mumwambike n’impeta ku rutoke n’inkweto mu birenge,


kuk’ uyu mwana wanje yari yarapfuye, non’ arazutse; yari yarahavye, non’ arahabutse. Nuko batangura kunezerwa.


Kandi nya mupfumukazi yar’ afise imasa inuze mu ruhongore; aranyanyasa arayikerera, ahitana ifu, arayicumba ayironderamw’ umutsima utambiwe;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ