Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 15:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Umuhererezi abgira se, ati Data, mpa umugabane w’ibintu notwaye. Abagaburira itunga ryiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Umusi umwe, umuhungu muto aritora abarira se ati: ‘Data, mpa umugabane w’ubutunzi norazwe.’ Nuko se abagaburira ubutunzi bwiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 15:12
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uhoraho, uwukize abantu, uwukirishije ukuboko kwawe; Ni bo bantu b’isi, umugabane wabo uri mur’ ubu bugingo. Inda zabo ziragahāga ivyo wababīkiye, Abana babo barakabihāga, Barakabisigariza n’ibibondo vyabo!


kuko bose bashikanye ku bibasāgutse, ariko we ku bgoro bgiwe ashikanye ivyo yar’ afise vyose, n’ibimutunze vyose.


Kand’ arababgira, ati Hābaye umuntu yar’ afise abahungu babiri.


Imisi mike ishize, umuhererezi akoranya ibintu vyiwe vyose, aragenda, aja mu kindi gihugu ca kure; ashitseyo yayisha ibintu vyiwe ubuhumbu.


Maz’ uyo mwana wawe aje, yakomvye ivyawe abisambanisha, umubāgira ishūri inuze.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ