1 Abatozakori bose n’abanyavyaha bāriko baramwēgēra, ngo bamwumve.
1 Umusi umwe abatozakori n’abanyavyaha bari bakikije Yesu bamwumviriza.
Ariko kandi, umunyavyaha ni yahindukira akava mu vyaha vyiwe yakora, agakora ibitunganye n’ ibikwiye, azokiza ubugingo bgiwe urupfu.
Ni mwakunda ababakunda, muri n’impēra ki? Mbeg’ abatozakori bo si ko bagira?
Kandi har’ ab’ inyuma bazoba ab’ imbere, n’ab’ imbere bazoba ab’ inyuma.
Kand’ abantu bose n’abatozakori bumvise Yohana bemeye ukugororoka kw’ Imana, kuko bābatijwe na Yohana:
Arikw ivyagezwe vyaje na vyo, kugira ngo gucumura kugwīre: yamara, ah’ icaha cagwiriye ni ho ubuntu bg’Imana bgarushirije kugwira,
Iri jambo n’iryo kwizerwa, rikwiye kwemerwa rwose, yuko Kristo Yesu yazanywe mw isi no gukiza abanyavyaha: muri bo jewe nd’agahebuza.