Luka 14:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Kand’ arababaza, ati Ni nde muri mwebge afise umwana cank’ inka, hogira igikorokera mw iriba, ntiyoca agikūrayo kw isabato? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Aca ababaza ati: “Ni nde muri mwebwe yoba afise umwana akagwa mu kinogo ntamukureyo, canke inka yiwe ikagwayo ntayikureyo, ngo ni uko ari ku musi w’Isabato?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |