20 Uwundi, ati Nārongoye, ni co kimbujije kuza.
20 Uwundi na we ati: ‘Sinshobora kuza kuko narongoye.’
Uwundi, ati Naguze inka cumi, ngiye kuzirimisha ngo ndābe; ndakwinginze, uramvugira antunge.
Maze wa mushumba agarutse, abgira shebuja uko vyagenze. Nyen’ urugo araraka, abarira umushumba wiwe, ati Genda n’ingoga, uje mu nzira z’ibihamo no mu nzira nto‐nto zo mu gisagara, uzane hano aboro n’ibirema n’impumyi n’abacumbagira.
arik’ ūmufise yitwaririka ivy’ isi, uko yonezereza umugore.
Umuntu arongoye vuba ntakwiye kuja mu ntambara, canke ngw akoreshwe igikorwa ic’ ari co cose; ariko bamureke umwaka wose, anezereze umugore wiwe yarongoye.