Luka 14:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Bose batangura kuzangazanga n’umutima uhūye. Uwa mbere, ati Naguze itongo, nkwiye kuja kurirāba; ndakwinginze, uramvugira antunge. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Ariko bose baca batangura kwerekana ibibafatiriye bituma batoza. Uwa mbere ati: ‘Unyihanganire, mpejeje kugura itongo, ngira nje kuriraba.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |