Luka 14:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Ariko ni watorwa, ugende, wicare inyuma y’abandi bose, kugira ng’uwagutoye aje, akubgire, at’ Igira ino haruguru mugenzi; ni ho uzobona icubahiro imbere y’abo mwicaranye musangira bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Ariko nibagutumira, uze uhitemwo icicaro c’inyuma kugira ngo nyene urubanza abe ari we aza akubwire ati: ‘Mugenzi, kaze mu cicaro c’imbere.’ Ico gihe uzoba utewe iteka imbere y’abandi batumire bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |