Luka 13:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Abgira umukozi w’uruzabibu, ati Rāba, none n’imyaka itatu nza kurondera insukoni kur’ uyu musukoni, sinzibone; uwuce: ugasarira iki aha hantu? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Aca abarira umukozi yari ajejwe uwo murima ati: ‘Maze imyaka itatu nza kurondera ivyamwa kuri uwu musukoni, ariko singire ico ndonka. Giteme, kuko nta cotuma kibandanya conona isi.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |