Luka 13:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Busa n’akabuto ka sinapi, umuntu yābiriye, akagatera mu ntabire yiwe, kagakura, kakaba igiti, inyoni zo mu kirēre zikārika mu mashami yaco. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Bumeze nk’akabuto k’igiterwa citwa mutaride umuntu yateye mu murima wiwe, karakura gahinduka igiti, maze inyoni zo mu kirere ziraza zarika mu mashami yaco.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |