Luka 13:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Non’ uyu, ar’ umukobga wa Aburahamu, yaboshwe na Satani iyo myaka cumi n’umunani yose, ntakwiye kubohorwa iyo ngoyi ku musi w’isabato? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Mbega uwu mugore akaba n’umukobwa wa Aburahamu yari amaze imyaka cumi n’umunani aboshwe na Satani, ntiyari akwiye kubohorwa, naho ari ku musi w’Isabato?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |