Luka 12:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Kandi ndababgire; Umuntu wese azonyaturira imbere y’abantu, Umwana w’umuntu azomwaturira imbere y’abamarayika b’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Ndababwire ukuri, umuntu wese azonyemanga imbere y’abantu, Umwana w’Umuntu na we azomwemanga imbere y’abamarayika b’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |