Luka 12:53 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)53 Umwana azotandukana na se, na se n’umwana n’uko; umukobga azotandukana na nyina, na nyina n’umukobga n’uko; inabukwe azotandukana n’umukazana wiwe, n’umukazana na inabukwe n’uko. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe53 Umugabo azogwanya umuhungu wiwe, umuhungu na we agwanye se; umugore azogwanya umukobwa wiwe, umukobwa na we agwanye nyina; umugore azogwanya umukazana wiwe, umukazana na we agwanye inabukwe.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |