Luka 12:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Ariko ndabereka iyo mukwiye gutinya: mutinye Iyiheza kwica umuntu, ikagira ububasha bgo kumukororera muri Gehinomu. Ni koko, ndababgire, abe ari yo mutinya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Ariko ngira ndababwire uwo mukwiye gutinya: mutinye Imana yo ishobora kwica umubiri, ikagira n’ububasha bwo kuwuta mu muriro wa Gehinomu. Ndababwiye ukuri, abe ari yo mutinya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |