34 kukw ah’ ubutunzi bganyu buri ari ho imitima yanyu izoba.
34 Kuko aho ubutunzi bwanyu buri ari ho imitima yanyu izoba.
Kukw ah’ ubutunzi bgawe buri, ari ho umutima wawe uzoba.
Mwame mukenyeye, kand’ amatara yanyu yame yaka:
Tweho i wacu ni mw ijuru, ni ho twiteze Umukiza kw azova, ni we Mwami Yesu Kristo,