Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 12:31 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Ariko mwitwaririke ubgami bgiwe, ni ho ivyo muzovyongerwa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Ahubwo nimubanze mwitwararike Ubwami bw’Imana, ivyo na vyo izobibaha nk’inyongera.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 12:31
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ni mwubahe Uhoraho, yemwe abera biwe, Kukw abamwubaha batagira ico bakena.


Ntibazokwicwa n’isoni mu gihe c’ivyago, Mu misi ya kigoyi bazohāzwa.


Uhereye nkiri muto, none ndashāje, Ariko sinigeze kubona umugororotsi yahebge, Cank’ uruvyaro rwiwe rusēgerereza ivyo kurya.


Wizigire Uhoraho, ukore ivyiza, Guma mu gihugu, ushishikare ivy’ ukuri.


Kuk’ Uhoraho Imana ar’ izuba, ar’ inkinzo; Uhoraho azotanga ubuntu n’ icubahiro: Ntazogira iciza na kimwe yima abagenda batunganye.


uwo ni we azoba ahataramutse hejuru, ahantu hiwe ho kwikinga hazoba igihome c’ amabuye; azohabga ivyo kurya bimutunga, kandi n’amazi ntazoyabura.


Ariko mubanze mwitwaririke ubgami bg’Imana n’ukugororoka kwayo, ni ho ivyo vyose muzovyongerwa.


arikw ibikwiye rwose ni kimwe: kuko Mariya ahisemw’ umugabane mwiza, atazokwakwa.


Kukw ivyo vyose abanyamahanga bo mw isi ari vyo bitwaririka, ariko So arazi ko mukena ivyo.


Ntimukorere ivyo kurya biyoka, ariko mukorere ivyo kurya bihoraho bizana ubugingo budashira, ni vyo Umwana w’umuntu azobaha, kukw ari we Imana Data yashizekw ikimenyetso.


Ko bimeze birtyo, tuvuge iki? Bisanzwe Imana iri mu ruhande rwacu, uwoturwanya ni nde?


kuko kwimenyereza kw’umubiri kugira ikimazi kuri bike, ariko kwubaha Imana kugira ikimazi kuri vyose, kuko kuzana isezerano ry’ubugingo bga none n’ubuzoza.


Gukunda amahera ntikube mu ngeso zanyu; ivyo mufise bibabumbe; kuk’ ubgayo yavuze, iti Nta ho nzoguhemukira, nta ho nzoguta.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ