Luka 12:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Ni mwitegereze ibikōna, ingene bitabiba, ntibishwabure, ntibigire ububīko cank’ ikigega, kand’ Imana irabitunga: erega mwebge muruta ibisīga cane. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Nimwitegereze ibikona: ntibibiba kandi ntivyimbura, ntibigira n’ububiko canke ibigega, ariko Imana irabigaburira. None mwebwe ntimuruta cane inyoni? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |