Luka 12:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Maz’ Imana iramubgira, iti Wa gipfu we, mur’ iri joro barakwaka ubugingo bgawe: non’ ivyo wohitikiranije bizoba ivya nde? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Ariko Imana iramubarira iti: ‘Wa gipfu we, iri joro nyene ubuzima bwawe urabwakwa. None ivyo waruhiye bizoba ivya nde?’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |