Luka 11:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Ndababgire: Nah’ atovyurwa n’ukw ar’ incuti yiwe ngw ayimuhe, ariko kukw atagize isoni zo kumuhambira, aravyuka, akamuha ivy’ agomba vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Ndababwire ukuri, naho atovyuka ngo amuhe iyo mikate kubera ari umugenzi wiwe, yovyuka akamuha ivyo akeneye vyose kubera yashishikaye kumugobera ata dusoni. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |