Luka 11:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 uwo mu nzu yomwishura, ati Sigaho kungora, namaze kwugara, kandi turi kumwe n’abana banje ku buriri, sinshoboye kuvyuka ngo ndayiguhe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Maze uwo mugenzi wiwe akamwishura ari mu nzu ati: ‘Nta co ungora, namaze kwugara umuryango kandi twe n’abana banje twamaze kuryama. Sinshobora rero kuvyurwa no kuguha imikate.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |