Luka 11:52 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)52 Muzobona ibara, abigisha ivyagezwe, kuko mwatwaye urupfunguzo rw’ubgenge: ntimwinjiye ubganyu, n’abāgomba kwinjira mwarababujije. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe52 Muzobona ibara yemwe bigisha b’ivyagezwe kuko mwatwaye urupfunguruzo rwo kumenya Imana. Mwebwe ubwanyu ntimwinjiye mu Bwami, ahubwo mwabujije n’abashaka kwinjira.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |