Luka 11:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Arababgira, ati Ni nde muri mwebge afise incuti yoja i we mu gicugu, akayibgira, ati Ncuti yanje, ngurana udutsima dutatu, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Yongera ababwira ati: “Dufate ko umwe muri mwebwe afise umugenzi, akaja iwe hagati mw’ijoro, akamubwira ati: ‘Mugenzi, ntabara ungurane imikate itatu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |