Luka 11:32 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Abagabo b’i Ninewe bazovana hasi n’ab’ iki gihe ku musi w’amateka, babatsindishe; kuko bihannye aho bumviye ubutumwa buvuzwe na Yona; kandi rāba, ūruta Yona ari hano. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Ku musi wo guca imanza, abantu b’i Ninewe bazohaguruka bagirize abantu ba kino gihe kandi babatsindishe, kuko bo bihanye bamaze kwumva ubutumwa bwa Yona; ariko raba uwuruta Yona ari hano. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |