Luka 11:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Ishengero rikoraniye kuri we, atangura kubabgira, at’ Iki gihe n’igihe kibi; kirondera ikimenyetso, ariko nta kimenyetso kizohabga, atar’ ikimenyetso ca Yona. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Abantu bamaze kumwegera ari benshi, Yesu ababwira ati: “Abantu ba kino gihe ni babi. Basaba ikimenyetso, ariko nta kindi kimenyetso bazohabwa kiretse ica Yona. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |