Luka 11:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Akivuga ivyo, umugore wo mw ishengero ashira hejuru, aramubgira, ati Hahirwa inda yakuvyaye, n’amabere yakwonkeje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Yesu akiriko aravuga ivyo, umugore yari ngaho avuga n’ijwi rirenga ati: “Hahiriwe umuvyeyi yakuvyaye akakwonsa.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |