Luka 10:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 aramwēgēra, amupfuka inguma, amusomōza amavuta ya elayo na vino, amushira ku ndogoba yiwe, amujana mu ndāro y’abahita, aramurwaza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Aca aramwegera, asomoza ibikomere vyiwe umuvinyu, abisiga amavuta ya elayo, hanyuma abipfukisha igitambara. Aca amushira ku ndogoba yiwe, amutwara mu nzu y’ingenzi, abandanya amwitaho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |