Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 10:32 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Kandi n’Umulewi ahashitse agira kuno, amubonye aca i ruhande.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

32 Hanyuma haca Umulewi na we nyene aramubona, ariko aca aca kure yiwe ku rundi ruhande rw’inzira, arireganira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 10:32
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi mpindukiye ba bandi agakēngērwe: Uko bambonye bazunguza imitwe.


Ntugahebe umukunzi wawe ubgawe, n’umukunzi wa so, Kandi ntuje kwa mwene wanyu ku musi uboneyekw amagorwa: Umubanyi wo hafi aruta mwene wanyu ari kure.


Mbega s’ugutanga ivyo kurya vyawe ukagaburira abashonje, ukazana aboro birukanywe ukabashira mu nzu yawe? Wabona ūgenda gusa ukamwambika, ntiwirengagize mwene wanyu?


Hāriho n’umuherezi amanuka mur’ iyo nzira, amurengukako, amubonye aca i ruhande.


Maz’ Umusamariya yari mu nzira ashika kuri we, amubonye amutera akagongwe:


Ariko Paulo asemerera n’ijwi rirenga, ati Ntiwigirire nabi, twese turi hano.


Abagiriki bose basūmira Sositene, umukuru w’isinagogi, bamukubitira imbere y’intebe y’imanza. Ariko Galiyo, ivyo vyose ntiyabibabara.


Kukw abantu bazoba bikunda gusa, bakunda amahera, bīrārīra, bībona, batukana, batumvira abavyeyi, intashima, abanegura ivy’ Imana,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ