Luka 10:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Maz’ umwe mu bigisha ivyagezwe ava hasi, aramugeza, ati Mwigisha, nkore iki, ngo nze ndagwe ubugingo budashira? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Umusi umwe, umwigisha w’ivyagezwe yavuye hasi kugira ngo atege Yesu umutego, aramubaza ati: “Mwigisha, nokora iki kugira ngo ndagwe ubugingo budashira?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |